Auteur/Autrice : Éric NDAYISABA
L'auteur est titulaire d'un doctorat en histoire obtenu en 2019 à l’Université de Pau et des Pays de l’Adour en France. Il est, depuis juin 2021, chef du Département des Langues et sciences humaines à l’École normale supérieure (Burundi). Il enseigne aussi les cours d’histoire, de sociologie et d’anthropologie à l’École normale supérieure, à l’Université du Burundi et dans d’autres université privées. Ses travaux de recherche récents et en cours portent sur l’histoire rurale, l’histoire et mémoire, l’historiographie de la région de Grands Lacs Africains, ainsi que la sociologie urbaine. Son contact mail: ndayisaba.eric@yahoo.fr Eric Ndayisaba afise urupapuro rw’umutsiondo rwa doctora mu vyirwa vya kahise, yaronkeye murimw’ishure kaminuza ya Pau, mu gihugu c’Ubufaransa mu mwaka wa 2019. Guhera ukwezi kwa gatandatu 2021, ni umurongozi w’igisata c’indimi n’ivyirwa vy’imibano muri Kaminuza nderabigisha y’i Burundi. Asanzwe kandi yigisha ibijana na Kahise, imibano n’imico muri kaminuza zitandukanye z’i Burundi.Ivyirwa vy’ubushakashatsi amaze iminsi akora vyerkeye kahise no kzibuka ivyabaye, ivyanditwe vyerekeye Afrika y’ibiyaga binini n’imibano yo mu bisagara. Uwumukeneye yomwandikira kuri : ndayisaba.eric@yahoo.fr